Monday 26 January 2009

Burundi/union douanière EAC

Igihugu c’Uburundi kiriko kiritegura kwinjira mw’ishirahamwe ry’amategeko agenga ivya douane mw’ishirahamwe ry’Ibihugu vy’Afrika y’Ubuseruko,kandi bukazoharonkera akarusho. Ikimaze kuboneka n’uko mur’ivyo bihugu uretse Tanzaniya hagitangishwa amafranga yo kwinjira mur’ico gihugu,mu bindi abarundi barishira bakizana atamafranga batanze mu kuvyinjiramwo.Ivyo bikaba vyashikirijwe n’umushikiranganji ashinzwe ivy’amashirahamwe yo mur’aka karere Uburundi burimwo Vénerand BAKEVYUMUSAYA.

No comments: