Monday 26 January 2009

ITW Maire/Marché de BUYENZI

Haraheze igihe abantu bibaza igituma isoko nkuru ya Buyenzi yatevye kwugururwa.
Umukuru w’Igisagara ca Bujumbura Evrard GISWASWA arasigura imvo zatumye ibintu vyikwega,ariko akamenyeshako vuba cane igiye kwugururwa,kuko ngo hasigaye kumenya mu bahiganiwe iyo soko,uwayitsindiye.

No comments: