Monday 26 January 2009

Inde/Fête nationale

Abahinde bariko barahimbaza imyaka 59 irangiye baronse intwaro ya Republika.Ariko rero,umunsi mukuru w’uno mwaka ngo ntusa n’iyindi kuko hari ubwoba ko abicanyi bashaka kwongera gusasika inganda.

Floribert NIKWIBITANGA.

Pape/polémique

Papa Benedicto wa 16 ngo yabuze ingene agira bamwe mu Bepiskopi baza baravuga amajambo atabereye.
Mgr Richard Williamson w’umwongereza aremezako atahonyabwoko ry’abayahudi ryabaye ;no n’ukwigirisha.
Ubu rero abayahudi bashavuye cane ;riraniga,bagasaba Papa ko yokwigiza kure abantu bene abo.

Floribert NIKWIBITANGA.

Mairie/anarchie sur le Lac Tanganika

Umukuru w’Igisagara ca Bujumbura Evrard GISWASWA,uno munsi yiriwe aragendura inkengera z’ikiyaga Tnganika kugira arabe ukuntu bahubatse bakongera bakahororera ata ruhusha.Ingingo rero ngo zigiye gufatwa kugira asubize ibintu mu buryo.

Didace SUNZU.

ITW Maire/Marché de BUYENZI

Haraheze igihe abantu bibaza igituma isoko nkuru ya Buyenzi yatevye kwugururwa.
Umukuru w’Igisagara ca Bujumbura Evrard GISWASWA arasigura imvo zatumye ibintu vyikwega,ariko akamenyeshako vuba cane igiye kwugururwa,kuko ngo hasigaye kumenya mu bahiganiwe iyo soko,uwayitsindiye.

Burundi/union douanière EAC

Igihugu c’Uburundi kiriko kiritegura kwinjira mw’ishirahamwe ry’amategeko agenga ivya douane mw’ishirahamwe ry’Ibihugu vy’Afrika y’Ubuseruko,kandi bukazoharonkera akarusho. Ikimaze kuboneka n’uko mur’ivyo bihugu uretse Tanzaniya hagitangishwa amafranga yo kwinjira mur’ico gihugu,mu bindi abarundi barishira bakizana atamafranga batanze mu kuvyinjiramwo.Ivyo bikaba vyashikirijwe n’umushikiranganji ashinzwe ivy’amashirahamwe yo mur’aka karere Uburundi burimwo Vénerand BAKEVYUMUSAYA.

Campagne de vaccination

Ibikorwa vy’indwi yahariwe abavyeyi n’ibibondo vyatanguye hano mu gisagara ca Bujumbura.Aho mugenzi wacu Joséphine TWAGIRAYEZU yaciye,yasanze abavyeyi bitavye ari benshi,baje gucandagisha abana babo no kubaronsa imiti y’inzoka,canke bo nyene ubwabo baje kwicandagisha.
Ngaha mu gisagara ca Bujumbura hakaba hari ama site y’aho bacandagira 37.

Reka rero Joséphine atubwire uko yabisanze.

Rafle des irréguliers/Buyenzi

Igipolisi casubiriye gufata abantu batagira ibibaranga muri Komine BUYENZI ngaha muri Mairie ya Bujumbura.
Abanyamahanga bafashwe baciye barungikwa iwabo,abarundi nabo batagira karangamuntu bacibwa ihadabu y’amafranga 2.000.

Laurent BARANGENZA.

Forum/consolidation de la paix

Uno munsi hashikirijwe icegeranyo c’umurwi ujejwe gutsimbataza amahoro mu nama yahuje Leta y’Uburundi n’abasanzwe bafasha Uburundi mur’uyo mugambi.
Ico cegeranyo cari gishimikiye ahanini ku ntwaro ibereye,agateka ka zina muntu n’ibindi bibazo.
Iyo nama ikaba yatangujwe n’icegera ca 1 c’Umukuru w’igihugu Dr Yves SAHINGUVU.

N’inkuru ya Clément MANIRABARUSHA.

VTR…………

habari za TV ya taifa kwa ufupi bila picha

Semaine - mère enfant

Wiki mahsusi kwa ajili ya mzazi na mtoto imeanzishwa leo 26-29/01/2009 nchini kote,ambapo katika mji mkuu bujumbura imeandaliwa kwenye vituo 37 kwa min ajili ya kuwapatishia watoto chanjo dhidi ya maradhi ya kupooza viungo(Polio) pamoja na minyoo ya tumboni.


Elie HARINDAVYI.

VTR :
DP :


















Visite / louis Michel à Gaza

Kamisaa wa umoja wa ulaya anaehusika na misaada ya bin adam duniani louis michel yu ziarani katika ukanda wa gaza kushuhudia pekee namna ya utoaji misaada kwa raia wnaokabiliwa na uhaba wa chakula na dawa.

Pamoja na hivo, kamisaa huyo ameziita pande zinazogomba kuafiki kwa pamoja katika usitishaji mapambano kuwawezesha raia kueshi katika hali tulivu na salama.



NTAMBA Kongo. R

VTR :
DP :











Procès de thomas LUBANGA

Kesi inayomkabili thomas Lubanga kuhusika kuwatumia vijana wenye umri mdogo katika vita kwenye eneo la ituri nchini RDC imesikika kwa mara ya tena mjini la haye nchini uholanzi.



NTAMBA Kongo R.

VTR :
DP :

















INDE / fête nationale

Miaka 59 imetimia kititi leo toka nchi ya india iupate uhuru wake 1950.

Sherehe hiyo inaendeshwa katika hali ya tahadhari kufuatia usalama mdogo unaoendelea kuarifiwa nchini hapo, kutokana na jaribio la kujitoa muhanga lililoendeshwa katika mji wa Bombay miezi 2 iliopita 2009.

Watu zaidi ya 172 waliuwawa wakati wa shambulio hilo lililotafsiriwa kuwa la kigaidi nchini hapo.


NTAMBA Kongo R.


VTR:
DP:










FORUM /consolidation de la Paix (Voix off )

Kudumisha amani ni jukumu la kila raia sehemu aliopo,ikiwa njia pekee itakayopelekea nchi ya Burundi kusalia katika hali tulivu na salama, hasa kufuatia kusainiwa mikataba ya amani kati ya kundi la FNL lililokuwa limesalia kuwa tishio katika mpango mzima wa kudumisha nchini kote Burundi.

Hayo yamo katika juhudi za kuendeleza mijadala tofauti ilio na shabah ya kuirejesha nchi hii kusalia shwari kama zamani, makamu wa pili Yves SAHINGUVU alizinduwa shuhuli ya kudumisha mpango huo utakao husika kwa ujumla namna ya kuheshimu haki za bina dam pamoja na kubuniwa tume itakayo fuatilia uchaguzi ujao wa 2010.


Voix off.

BUYENZI / Rafle des irrégularités (Voix off )

Polisi imeendesha msako wa raia wasiekuwa na vibali katika tarafa ya Buyenzi kwa kuwaelekeza kwenye uwanja wa mpira wa AFB kulikoendeshwa harakati hiyo, wageni waliekutwa kueshi kinyume cha sheria wamerejeshwa nchini kwao na wazalendo waliokosa vitambulisho walitozwa adabu ya pesa elfu 2 sarafu za Burundi.

Yote hayo ni katika dhamira ya kufahamu vema wanaomiliki vibali bandia waweze kuhukumiwa kwa mujibu wa sheria, kwa kuwatenganisha wageni na wazalendo kwa ushirikiano wa polisi na wakuu wa vitongoji katika tarafa ya Buyenzi.

Kwa ujumla wa watu 240 waliekamatwa, 200 hawakuwa na vitambulisho vya uraia na wale waliekutwa wakikamilika waliachwa huru .

Wakati wa harakati hiyo polisi ilimtia kizimbani mtu 1 aliekuwa akimiliki silaha pamoja na vifaa vingine vya kijeshi,akiwa alibaini kuwa vyote hivyo si vyake bali aliwekeshwa,uchunguzi umeanzishwa na polisi kutambuwa ukweli wa mambo.