Monday 26 January 2009

Pape/polémique

Papa Benedicto wa 16 ngo yabuze ingene agira bamwe mu Bepiskopi baza baravuga amajambo atabereye.
Mgr Richard Williamson w’umwongereza aremezako atahonyabwoko ry’abayahudi ryabaye ;no n’ukwigirisha.
Ubu rero abayahudi bashavuye cane ;riraniga,bagasaba Papa ko yokwigiza kure abantu bene abo.

Floribert NIKWIBITANGA.

No comments: