Monday 26 January 2009

Campagne de vaccination

Ibikorwa vy’indwi yahariwe abavyeyi n’ibibondo vyatanguye hano mu gisagara ca Bujumbura.Aho mugenzi wacu Joséphine TWAGIRAYEZU yaciye,yasanze abavyeyi bitavye ari benshi,baje gucandagisha abana babo no kubaronsa imiti y’inzoka,canke bo nyene ubwabo baje kwicandagisha.
Ngaha mu gisagara ca Bujumbura hakaba hari ama site y’aho bacandagira 37.

Reka rero Joséphine atubwire uko yabisanze.

No comments: